kubyerekeye umwanditsi

Dag Heward Mills ni umwanditsi w’ibitabu vyinshi, ushizemwo Igikundwa cane “.UBUHEMU N’UBWIZIGIRWA “Ni uwatanguje Urunani rw ‘amashengero yaje ava mu mugwi w’amashengero yavuye kw’ishengero LIGHTHOUSE ubu rifise amashengero arenga Ibihumbi Bitatu.
Dag Heward Mills, ni Umuvugabutumwa mpuzamakungu, kandi avuga ubutumwa mu Gikorane Mpuzamakungu Yesu arakiza n’amahuriro y ‘abapasitori n ‘abarongozi mu mashengero kw ‘isi yose. Ufise ico ubaza, raba kuri : www.daghewardmills.org.