Benshi baracagorwa n’icitwa ikigiracumi, nubwo kuva na kera na rindi arico catumye ubutunzi bw’umurenzako bw’abayuda. Muri iki gitabo, Bishop Dag Heward-Mills arigisha uko ikigiracumi gihuye n’amategeko yo kurema ubutunzi n’igitangaza co guter’imbere. Ryoherwa n’iki gitabo ciza ca Dag Heward-Mills.
Kuki abakristo badatanga ikigiracumi baba abakene… Ingene abakristo batanga ikigiracumi bashobora gutunga
Description
Benshi baracagorwa n’icitwa ikigiracumi, nubwo kuva na kera na rindi arico catumye ubutunzi bw’umurenzako bw’abayuda. Muri iki gitabo, Bishop Dag Heward-Mills arigisha uko ikigiracumi gihuye n’amategeko yo kurema ubutunzi n’igitangaza co guter’imbere. Ryoherwa n’iki gitabo ciza ca Dag Heward-Mills.
Reviews
There are no reviews yet.