Kenshi turategwa intege iyo twiyumviriye ko “Benshi bahamagawe”. Tugaca ducika intege vuba cane iyo turimbuye ko “…Bake batoranijwe”. Ushobora kuba muri benshi bahamagawe no muri bake batoranijwe hamwe iki gitabo wokigira igihande co mu buzima bwawe.
Muri iki gitabo ciza cane canditswe na Dag Heward-Mills, uzobimenya uravye muri Bibiliya igituma wovuga ushize amanga ko wahamagawe. Uzomenya ibiranga “Abahamagawe” kandi uzotegwa intege zo gushima gushika ku mpera y’urugendo rw’ubukristo bwawe.
Reviews
There are no reviews yet.