Cakira Amavuta

Amavuta ni ikintu ca nkenerwa mu kwugurura umuryango w’igikorwa c’Imana cuzuye kandi kigenda neza. Benshi baragerageje gukora igikorwa c’Imana bafise impamvu nziza z’ukuri ariko ntibashitse kure kuko bananiwe kumenya ko “si kubw’inkomezi , si kubw’ububasha ariko nikubwa Mpwemu wanje (Amavuta)” [ZAKARIYA 4:6]. Iki gitabo c’isa “Cakira Amavuta” ca Bishop Dag Heward-Mills kirakwigisha ico bisigura gucakira Amavuta n’uko wobikora vy’ukuri! Reka icipfuzo c’amavuta y’Imana gifururwe muri wewe biciye mu mpapuro za kino gitabo!

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Cakira Amavuta”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top