Abapasitori bari mu ngorane zo kunezereza no kuryohera ishengero n’inkuru nziza. Iyi ngorane y’abantu yatumye haba uguhengama kw’amajambo ya Kristo kugeza aho ubu ubutumwa bw’umusaraba busigaye bugoye kwibuka. Uyu munsi turasubiye ku ntango y’ukuri y’ubukristo ko dutegerezwa “gutakaza” kugira “turonke” Kristo. Ububasha buzogaruka mw’ishengero nk’uko twigisha ko dutegerezwa kwitanga, Kubabara no gupfa kubwa Kristo. Ububasha bw’amajambo ya Kristo ntibushobora gukurwaho n’umuntu n’umwe uko yobatey’imbere kwose canke ahambaye.
Gutakaza, Kubabara, kwitanga no gupfa
Description

Reviews
There are no reviews yet.