Ingene Woba Umukristo Akomeye

Warakiriye Yesu Kristo nk’Umwami wawe n’Umukiza wawe warakijijwe! Uri umu Kristo yavutse ubwa kabiri kandi izina ryawe ryanditse mu gitabo c’ubugingo. Ikibazo cawe ni : “Ni iyihe ntambuko ikurikira nofata?”
Gucika umu Kristo ni intambuko nziza, ariko ni intango gusa. Ukwiye kandi gucika umu Kristo mwiza kandi akomeye. ‘Ni gute rero nkor’ivyo?’- Muri iki gitabo ciza cane, uriga intambuko wofata kugira ube kandi ugume uri umu Kristo akomeye kandi yiteguye gupfa canke umuhero.

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ingene Woba Umukristo Akomeye”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top