“Nkuko ufata urugendo rw’ubuzima uzobona isi itaboneka ari yo si y’ukuri kandi iyi isi tubonesha amaso yerekana gusa bimwe mu bintu vyo mw’isi itaboneka. Nkuko naweufise abansi baboneka, urafise kandi n’abansi bataboneka. Mbega wogwanya umwansi wawe utamuzi, utazi ubuhinga bwiwe, uburyo akoramwo, n’ibigwanisho vyiwe?
Iki gitabo ni igikoresho nyamukuru m’urugendo rw’ubuzima bwawe. Muri iki gitabo uzokwiga abansi bawe abaribo, umuzi w’ukubaho kwabo, Ibiberekana n’ingene wobagwanya.
Ese iki gitabo c’agaciro cogufasha gutsinda abansi bawe bataboneka!
Reviews
There are no reviews yet.