Ubuhinga Bw’ubwungere

Nimba uri Umwungere w’umukuku w’Imana, uzofashwa bikomeye n’iki gikorwa wiyumviriye neza. Izi mpapuro zirimwo ivyo utegekwa vyose kandi bihiswemo neza, bikuzanira gutera uj’imbere. Bishop Dag Heward-Mills arerekana ivyo yaciyemwo mu myaka irenga mirongo itatu ari Umwungere, arasangira natwe ivyo twokora vy’ukuri mu gikorwa c’Imana. Mbe ukwiye kwifuza kuba Umwungere w’abantu b’Imana, ni iki gitabo kikuyobora wahora urondera.

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ubuhinga Bw’ubwungere”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top