Turazi ko Ugukura kw’urushengero ari ikintu kigoye cane gushikako. Aba Pasitori benshi bipfuza ko amashengero yabo yokura. Iki gitabo ni inyishu yawe ku kibazo cawe c’ugukura kw’urushengero. Uzotahura ukuntu “Ibintu vyinshi bitandukanye bikorera hamwe” kugira ushike ku gukura kw’urushengero. Pasitori nk’uko amajambo n’amavuta ya kino gitabo aronka inzira agashika mu mutima wawe, uzobona Ugukura kw’urushengero wahora usengera.
Ugukura kw’Ishengero
Description

Reviews
There are no reviews yet.