Ukugene Woshobora Kwuzuza Igikorwa c’Ibango Rwawe

Nta numwe muri twebe afise imigambi yo kuja Mw’ijuru adakoze ivyo Imana ishaka ko dukora hano kw’Isi. Oya, nta numwe! Dushaka kwuzuza ibikorwa Imana yaduhaye. Iki gitabo cerekeye ukungene wokwuzuza igikorwa cawe. Iki gitabo ni ikiyobora k’ukungene twokwishura ibiba biva mw”ijuru m’ubuzima bwacu- kugira ntituzosangwe tutaraheza kuri uwo musi. Ese wokwuzuza igikorwa cawe, Ese Kandi Imana yokubwira “Wakoze neza, mushumba mwiza w’Umwizigirwa!

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ukugene Woshobora Kwuzuza Igikorwa c’Ibango Rwawe”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top