Umwe Muri Mwebwe Ni Umugwanizi

Iri ryungane ry’ibwina “Umwe muri mwebwe ni Umubi’ ryavuzwe na Yesu kristo abwira umugwi wiwe muto w’abigishwa cumi na babiri. Benshi muri twebwe turafatwa nabi na satani kuko tutazi ingene two mugaragaza canke tugashira ahabona ibikorwa vyiwe bigayitse. Muri iki gitabo gihezagiye, uzosangamwo ivyaha vy’umubi kandi uze uhitemwo kutigera ubigenderamwo. Ese iryungane “Umwe muri mwebwe ni Umubi” ritokwigera rikoreshwa kuri wewe!

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Umwe Muri Mwebwe Ni Umugwanizi”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top