Abantu baguta bashobora kukwononera. Ntanakimwe cosigura umubabaro wumva, ukuzazanirwa n’ukwiganyira ugira iyo abantu bagutaye bakigira. Iki gitabo cdnditswe kugira kigufashe kugwanya ukwononekara kwoza iy’abantu bagutaye. Ntiwihende, gutabwa canke guhebwa si ivyashikiye wewe gusa canke igikorwa cawe gusa. Har’abandi Benshi vyashikiye. Satani niwe yabaye umuroberi w’umugarariji wa mbere kandi kuv’ico gihe yaciye atangura guhumekera muri benshi uburoberi bw’ubugarariji. Ufise iki gitabo mu minwe yawe, uzohaguruka ugwanye impwemu y’ubuhemu izanwa n'”abaguta”.
Abagutaye bakagenda
Description

Reviews
There are no reviews yet.