Ico Bisigura Gucika Umwungere

Ikintu Kimwe kiza kuri wewe mugihe wumvise ijambo “Umwungere” canke Intama! Intama n’igikoko gikeneye umwungere. Umwungere nu witaho, Agakunda kandi Akarinda Intama. Muri Bibiliya, Imana itugereranya Nk’intama zomucanya cayo.

Yesu kandi yabwiye Petero Intumwa kugaburira Intama ziwe mukwerekana urukundo afise Ntumukiza. Kuba umwungere n’igikorwa gikomeye cane. N’icubahiro guhamagarwa n’Imana ikaguha igikorwa cayo cokuragira Intama.

Muriki gitabo, Dag Heward-Mills aradutumira, aradutera intege, akana twereka ingene twokwinjira muriki gikorwa cukuragira Abantu bayo. Ntusigare Inyuma muriki gikorwa cukuba umwungere!

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ico Bisigura Gucika Umwungere”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top