“Bibiliya iratubwira ko twese dukora amakosa – n’abapasitori barimwo. Amakosa agutuma uj’inyuma hakuj’imbere. Ikosa rirakubuza kubandanya imbere. Ni ayahe makosa ashoboka Abapasitori bakora? Ni ayahe ashobora kuba amakosa cumi manini y’umupasitori?
Uratumiwe gusoma kino gitabo gitangaje wibonere amakosa uri mu mitego yo gukora n’ukuntu wokwirinda amakosa yo hejuru umupasitori yokora. Iki gitabo c’akamaro kizokubera umugisha wewe n’igikorwa c’Imana ukora.”
Amakosa Makuru Cumi Abapasitori Bakora
Description
“Bibiliya iratubwira ko twese dukora amakosa – n’abapasitori barimwo. Amakosa agutuma uj’inyuma hakuj’imbere. Ikosa rirakubuza kubandanya imbere. Ni ayahe makosa ashoboka Abapasitori bakora? Ni ayahe ashobora kuba amakosa cumi manini y’umupasitori?
Uratumiwe gusoma kino gitabo gitangaje wibonere amakosa uri mu mitego yo gukora n’ukuntu wokwirinda amakosa yo hejuru umupasitori yokora. Iki gitabo c’akamaro kizokubera umugisha wewe n’igikorwa c’Imana ukora.”
Reviews
There are no reviews yet.