Igikorwa co Gukurikira

Gukurikira Imana ni urugendo rw’umunezero ukwiye kumenya. Gukurikira no kwigana abandi ni imyuga ya kera yo kwiga uko Yesu Kristo yahisemwo uburyo bw’akamaro bwo kwigishwa. Hak’ugir’isoni z’ubu buryo bwo kwigishwa bwerekanywe neza n’umwanya , iki ni igihe Co gutahura ubwiza n’uguca bugufi vy’umwuga wo Gukurikira.

Muri iki gitabo uramenya ninde, niki, ni gute wokurikira neza. Iki gitabo gishasha gikayangana ca Dag Heward-Mills kiraha ikibanza ciza Umwuga wo Gukurikira mu vyo tubamwo mu bukristo.

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Igikorwa co Gukurikira”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top