“Iki gitabo ni iyindi ngabire iva ku mwanditsi Dag Heward-Mills ku bakozi b’Imana bose bazogisoma. Iki gitabo kirishura ibibazo vyawe vyose vy’uko ubigenza ku migenderanire igoye hagati y’Abavyeyi n’abana. Biciye mu nyigisho z’iki gitabo, uzokwiyambura umuvumo ku buzima bwawe wizaneko umugisha. Aba Papa n’abantu b’akamaro cane bakuza abana babo bakabakingira. Ata ba Papa bahari, ntihoba abana bokubandanya igikorwa c’Imana ku rundi runganwe n’urundi.
Ihamagarwa ry’Imana riratotahara canke rigapfira mu bushobozi bwawe bw’uko wigenza kuri ba so. Soma Iki gitabo, wirinde umuvumo wo kutubaha, kugaba, no kugira imigenderanire mibi na ba so.”
Bamwe ari Abana b’ Akaga
Description

Reviews
There are no reviews yet.