Bamwe Biyorobeka

Amashengero yuzuye abantu bazi kwiyorobeka cane bacika abahemu cane. Urufunguruzo rukomeye rwa satani rwamye ari uruhendo no kwiyorobeka. Umurongozi adashobora kubona igipfutse uwiyorobeka azogira ingorane kuko ahumye.

Guterw’ubwoba, akamenyero no kuzazanirwa ni impwemu mbi zigwanya abakozi b’Imana. Kenshi, abantu ntibamenya n’ikibagwanya. Iki gitabo kiragufasha kumenya no kurwanya umwansi murikumwe.

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Bamwe Biyorobeka”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top