Ca Giti N’ibango Ryawe

Benshi muri twebwe ntibatahura ingene inkuru y’igiti kimenyesha ikibi n’iciza muri bibiliya bitwerekeye. Twiyumvira ko ari ikintu kibabaje cabaye cakoze kuri Adamu na Eva kandi ko twe twagisimvye. Mbe woba warasimvye vyukuri igiti kimenyesha iciza n’ikibi?
Muri iki gitabo gitumbereye, uzobona ko igiti kimenyesha iciza n’ikibi kikibaho n’uyu musi. Uzosangamwo kandi ko gifise vyabigeragezo nyene kuri twebwe nkuko cabikoze kuri Adamu na Eva. Uzobona kandi ukuri kuzogufasha kuba muri ubu buzima n’igikorwa ukoresheje ubumenyi wakuye muri kino gitabo.”

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ca Giti N’ibango Ryawe”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top