Nk’umukristo, uwogukorako asosa cane kandi wankenerwa cane akwiye kuba Mpwemu Yera. Iki gitabo kigushoboza gutahura uko inyifato yawe, agatima bwenge kawe, ukurema kwawe mbere no gushobora Kuba uwera vyokorwako na Mpwemu Yera.
Muri iki gitabo ciharije ca Dag Heward-Mills, Ukwiye kwemerera Mpwemu Yera kugukorako, kuguhumekera, kukubako no guhindura ubuzima bwawe ibihe bidashira.
Inkurikizi ziryoshe zo gusirwa
Description
Nk’umukristo, uwogukorako asosa cane kandi wankenerwa cane akwiye kuba Mpwemu Yera. Iki gitabo kigushoboza gutahura uko inyifato yawe, agatima bwenge kawe, ukurema kwawe mbere no gushobora Kuba uwera vyokorwako na Mpwemu Yera.
Muri iki gitabo ciharije ca Dag Heward-Mills, Ukwiye kwemerera Mpwemu Yera kugukorako, kuguhumekera, kukubako no guhindura ubuzima bwawe ibihe bidashira.
Reviews
There are no reviews yet.