-
N'ubwo ari co cambere gisabwa n'Imana ku barongozi, ni bike vyanditswe kuri iki cigwa. Muri iki gitabo, Dag Heward-Mills arerekana ibintu ngenderwako vy'akamaro vyerekeje ukwongerekana mu gushikama kw'amashengero. Ibiri muri iki gitabo ni ibishika cane kandi biboneka, canahindutse igikoresho kidasubirizwa c'abarongozi benshi b'amashengero.
-
Nyuma na nyuma igitabo kihariye cyabapasiteri n'abagore babapasiteri cyaje! Iki gitabo ntikikureba niba utari umupasiteri cyangwa umugore w'umupasiteri! Niba wemerewe gusoma iki gitabo, reka Imana ikuganirize binyuze muri iki gitabo kigushotora. Urasangamo akamaro gakomeye k'abagore mu buzima bwabapasiteri. Ndagusabirako izi paji ubonamo inama kandi kikakuyobora mu nzira y'umugisha!
-
Iryanyuma iki gitabo C'abapasitori n'abagore b'abapasitori kiri hano! Iki gitabo ntikikwerekeye nimba utari umupasitori canke umugore w'umupasitori! Nimba ubereye gusoma iki gitabo, Imana Ikwigishe muri ikigitabo gituma wiyumvira. Muri ibi bigabane, ibikorwa binyegejwe bitandukanye abagore bakoze m'ubuzima bw' abapasitori birashirwa ahabona. Ese ibi bigabane vyoguhanura bikakurongorera ku nzira z'Imihezagiro!
-
Bibiriya iravuga kumaraso atandukanye: amarasi y'impene, amaraso y'intama, amaraso y'inuma! Bibiriya kandi iravuga neza ko iyo amaraso adasheshwe atakubabarirwa ivyaha. None birashoboka ko amwe muri aya maraso atandukanye yokura ivyaha? Inyishu ni Oya yinguvu! None Niki coshobora kutwoza ivyaha vyacu? Ntanakimwe, Atari amaraso ya Yesu Kristo! N'amaraso ya Yesu yonyene afise ububasha bwo kwoza ivyaha vyacu hama akatuzanira agakiza. Muri iki gitabo ngirakamaro, uzohasanga ukuri kudasanzwe kwerekeye amaraso ya Yesu Kristo. Uzosangamwo ukuntu amaraso ya Yesu atanga ubuzima n'ingene Amaraso ya Yesu yishoboza kugira akamaro ubwayo. Uzotahura ukunywana kuri hagati y'amaraso na Mpwemu Year. Hariho vyukuri ubushobozi mumaraso ya Yesu!
-
Bivuye mu byo Imana idusaba ku bijyanye no kuba abayobozi, ni gake tubona ibyanditswe hejuru y’ibi. Muri kino gitabo Dag Heward-Mills asobanura neza amahame yafasha insengero kuguma bahagaze neza. Ibyanditswe biri muri kino gitabo, bitanga inyigisho zifatika kandi zunvikana zimaze gufasha insengero nyinshi.
-
“Ni gute nagombye gusenga? Ni iki nagombye gusengera? Ni gute nashobora gusenga igihe kirekire? Mbese Imana ntizi ibyo nkeneye? Byagenda bite ntasenze? Mbese koko amasengesho yange azasubizwa?” Tahura ibisubizo by’ibyo bibazo ubwo uzaba usoma ikigitabo kirimo inama z’ingirakamaro kandi ziziye igihe cyanditswe na Dag Heward-Mills.
-
Dag Heward-Mills is the author of many books, including the bestselling “Loyalty and Disloyalty”. He is the founder of the United Denominations originating from the Lighthouse Group of Churches which currently has three thousand churches. Dag Heward-Mills, an international evangelist, ministers in international Healing Jesus Campaigns and conferences all over the world. For more information, visit www.daghewardmills.org
-
Gukurikira Imana n’urugendo rutangaje rwo gutahura. Gukurikira no kwigana abandi bantu n’uburyo bwo kwigisha bwa kera ubwo Yesu yahisemo nk’uburyo nyabukuru bwo gutoza abantu. Aho kugirango dutinye ubu buryo bwo kwigisha, igihe cyageze ngo tumenye ubwiza no gucabugufi biri mu gukiranuka. Muri Iki gitabo muramenya uwo dukwiye gukurikira, icyo dukwiye gukurikira ndetse n’uburyo bwo gukurikira yankuri. Iki gitabo cyiza cya Dag Howard-Mills giha gukurikira umwanya wabyo ukwiriye mubuzima bwa gikristo.
-
Niba uri umwungeri w'intama z'Imana uzafashwa kugira ngo ugere kuri uwo murimo, izi mpapuro zirimo inzira nyinshi zagufasha kugira ngo ugere kuri iri terambere, gusangira amahame ndetse ndetse nubumenyi bwagufasha kubigeraho, muri iki gikorwa, niba wifuza kuba umwungeri w'abantu b'Imana iki gitabo nicyo ukeneye kugira ngo ugere ku ntego yawe.