-
Umuhamagaro wo gukora umurimo wo kubwiriza ni umuhamagaro wo kuyobora. Dr. Heward-Mills, yifashishije uburyo bworoshye kandi bwumvikana, maze aduhishuriye amahame yatumye aba umuyobozi w'indashyikirwa mu murimo wa gikristo. Ukuri kwahishuwe muri iki gitabo gutuma benshi bifuza kumenya ubuhanga bwo kuyobora.
-
Nimba uri Umwungere w'umukuku w'Imana, uzofashwa bikomeye n'iki gikorwa wiyumviriye neza. Izi mpapuro zirimwo ivyo utegekwa vyose kandi bihiswemo neza, bikuzanira gutera uj'imbere. Bishop Dag Heward-Mills arerekana ivyo yaciyemwo mu myaka irenga mirongo itatu ari Umwungere, arasangira natwe ivyo twokora vy'ukuri mu gikorwa c'Imana. Mbe ukwiye kwifuza kuba Umwungere w'abantu b'Imana, ni iki gitabo kikuyobora wahora urondera.
-
Nta cigwa na kimwe gifise akamaro kanini kirusha kuba mu bugombe bw'Imana butunganye. Ikintu kimwe gitandukanya abakozi b'Imana ni ubushobozi bwabo bwo kwumva ijwi ry'Imana neza. Ni ivyankenerwa gukurikira Mpwemu Yera mu bugombe bw'Imana butunganye. Iyo uri mu bugombe bw'Imana butunganye, uratotahara kandi ushika kuvyo wipfuza vyose ku Mana.
-
Ijambo ry'ikigiriki Laikos risigura "kutagira impano" Kahise karatwigisha kenshi ko ibintu bikomeye vyashitsweko n'abantu "batagira impano". Iga muri iki gitabo ca Dag Heward-Mills ikiba iyo hatari abo bantu badakora mw'ishengero. Gute wosangira umutwaro n'abalayike kandi kuki ukwiye kurwana kugira ukingire igikorwa c'abalayike.
-
Niba uri umwungeri w'intama z'Imana uzafashwa kugira ngo ugere kuri uwo murimo, izi mpapuro zirimo inzira nyinshi zagufasha kugira ngo ugere kuri iri terambere, gusangira amahame ndetse ndetse nubumenyi bwagufasha kubigeraho, muri iki gikorwa, niba wifuza kuba umwungeri w'abantu b'Imana iki gitabo nicyo ukeneye kugira ngo ugere ku ntego yawe.
-
Gukurikira Imana n’urugendo rutangaje rwo gutahura. Gukurikira no kwigana abandi bantu n’uburyo bwo kwigisha bwa kera ubwo Yesu yahisemo nk’uburyo nyabukuru bwo gutoza abantu. Aho kugirango dutinye ubu buryo bwo kwigisha, igihe cyageze ngo tumenye ubwiza no gucabugufi biri mu gukiranuka. Muri Iki gitabo muramenya uwo dukwiye gukurikira, icyo dukwiye gukurikira ndetse n’uburyo bwo gukurikira yankuri. Iki gitabo cyiza cya Dag Howard-Mills giha gukurikira umwanya wabyo ukwiriye mubuzima bwa gikristo.
-
Dag Heward-Mills is the author of many books, including the bestselling “Loyalty and Disloyalty”. He is the founder of the United Denominations originating from the Lighthouse Group of Churches which currently has three thousand churches. Dag Heward-Mills, an international evangelist, ministers in international Healing Jesus Campaigns and conferences all over the world. For more information, visit www.daghewardmills.org
-
“Ni gute nagombye gusenga? Ni iki nagombye gusengera? Ni gute nashobora gusenga igihe kirekire? Mbese Imana ntizi ibyo nkeneye? Byagenda bite ntasenze? Mbese koko amasengesho yange azasubizwa?” Tahura ibisubizo by’ibyo bibazo ubwo uzaba usoma ikigitabo kirimo inama z’ingirakamaro kandi ziziye igihe cyanditswe na Dag Heward-Mills.
-
Bivuye mu byo Imana idusaba ku bijyanye no kuba abayobozi, ni gake tubona ibyanditswe hejuru y’ibi. Muri kino gitabo Dag Heward-Mills asobanura neza amahame yafasha insengero kuguma bahagaze neza. Ibyanditswe biri muri kino gitabo, bitanga inyigisho zifatika kandi zunvikana zimaze gufasha insengero nyinshi.
-
Bibiriya iravuga kumaraso atandukanye: amarasi y'impene, amaraso y'intama, amaraso y'inuma! Bibiriya kandi iravuga neza ko iyo amaraso adasheshwe atakubabarirwa ivyaha. None birashoboka ko amwe muri aya maraso atandukanye yokura ivyaha? Inyishu ni Oya yinguvu! None Niki coshobora kutwoza ivyaha vyacu? Ntanakimwe, Atari amaraso ya Yesu Kristo! N'amaraso ya Yesu yonyene afise ububasha bwo kwoza ivyaha vyacu hama akatuzanira agakiza. Muri iki gitabo ngirakamaro, uzohasanga ukuri kudasanzwe kwerekeye amaraso ya Yesu Kristo. Uzosangamwo ukuntu amaraso ya Yesu atanga ubuzima n'ingene Amaraso ya Yesu yishoboza kugira akamaro ubwayo. Uzotahura ukunywana kuri hagati y'amaraso na Mpwemu Year. Hariho vyukuri ubushobozi mumaraso ya Yesu!