-
Nk'umukristo, uwogukorako asosa cane kandi wankenerwa cane akwiye kuba Mpwemu Yera. Iki gitabo kigushoboza gutahura uko inyifato yawe, agatima bwenge kawe, ukurema kwawe mbere no gushobora Kuba uwera vyokorwako na Mpwemu Yera. Muri iki gitabo ciharije ca Dag Heward-Mills, Ukwiye kwemerera Mpwemu Yera kugukorako, kuguhumekera, kukubako no guhindura ubuzima bwawe ibihe bidashira.
-
Igikorwa kimaze imyaka irenga mirongo ibiri n'itanu, Dag Hheward-Mills yaranditse ibitabo vyinshi hamwe n'ibitabo bigurwa cane harimwo "Ubwizigirwa n'Ubuhemu" na "Urusengero rwagutse". Yafashwe ko ari we mwanditsi yasohoye ibitabo vyinshi muri afrika, Ibitabo vyiwe navyo bisiguwe mu ndimi zirenga 30 hamwe n'ibitabo vyasohowe birenga imiliyoni 15.
-
Ao amin’ity asa miavaka ity,Dag Heward-Mills dia mandalina ny zava-misy marina amin’ny fiainana ao amin’ ny asa fanompoana ankehitriny.Miresaka mikasika ireo olana tena mitranga toy ny ara-bola, pôlitika, fifandraisa amin’ ny lahy sy ny vavy, sy ny resaka ao amin’ ny asa fanompoana. Toro-làlana iombonana mankany amin’ ny fitsipika mihatra amin’ ny antsona, tsy maintsy ananana ity boky ity ho an’ ireo Kristiana mpitarika rehetra. Tena takiana be mihintsy ho an’ ny fianarana baiboly ary ho an’ny mpitandrina amin’ ny akapobeny.
-
Izina ry'iki gitabo rigutuma wiyumvira ubwonyene abana bato baririmba baryohewe... Urasoma bibiliya yawe buri musi? Urasenga buri musi? Iki gitabo kizokwugurura amaso yawe kuvyerekeye iki gitabo cisa kidasanzwe citwa Bibiliya. Kandi kizokwugurura kubijanye n'ibitangaza biza kuri wewe buri musi nkuko usoma bibiliya yawe ugasenga buri musi. Ese ugusoma bibiliya kwawe buri musi no gusenga kwawe buri musi bikubere ibikunezera!"
-
Iri ryungane ry'ibwina "Umwe muri mwebwe ni Umubi' ryavuzwe na Yesu kristo abwira umugwi wiwe muto w'abigishwa cumi na babiri. Benshi muri twebwe turafatwa nabi na satani kuko tutazi ingene two mugaragaza canke tugashira ahabona ibikorwa vyiwe bigayitse. Muri iki gitabo gihezagiye, uzosangamwo ivyaha vy'umubi kandi uze uhitemwo kutigera ubigenderamwo. Ese iryungane "Umwe muri mwebwe ni Umubi" ritokwigera rikoreshwa kuri wewe!
-
Igikorwa kimaze imyaka irenga mirongo ibiri n'itanu, Dag Hheward-Mills yaranditse ibitabo vyinshi hamwe n'ibitabo bigurwa cane harimwo "Ubwizigirwa n'Ubuhemu" na "Urusengero rwagutse". Yafashwe ko ari we mwanditsi yasohoye ibitabo vyinshi muri afrika, Ibitabo vyiwe navyo bisiguwe mu ndimi zirenga 30 hamwe n'ibitabo vyasohowe birenga imiliyoni 15.
-
Dag Heward-Mills dia mpanoratra boky maro, anisan’ izany “Ny Fahatokiana sy ny Fivadihana” izay be mpividy indrindra. Izy no mpanorina ny Fiangonana Mitambatra niatomboka tamin' ny Fikambanam-Piangonana Lighthouse izay miisa telo arivo ankehitriny. Dag Heward-Mills, mpitory filazantsara maneran-tany, mpanompon' Andriamanitra ao amin' ny Kroazady Jesosy Manasitrana (Healing Jesus Crusades) ary kaonferansa maneran-tany. Mba hafantaranao bebe kokoa dia tsidiho ny www.daghewardmills.org
-
Raha mandeha mamakivaky ny fiainana ianao dia hahita fa ny tontolo tsy hita maso no tontolo tena izy ary ity tontolo ara-batana ity dia mampiseho ny sasany ihany amin' ireo zavatra ao amin' ny tontolo tsy hita maso. Toy ny fanananao fahavalo hita maso ihany, dia manana fahavalo tsy hita maso ihany koa ianao. Afaka miady amin' ny fahavalo ve ianao raha tsy fantatrao izy, ireo paikadiny, ny fombany sy ny fitaovam-piadiany? Ity boky ity dia fitaovana tena ilaina ho an' ny dia eo amin' ny fiainanao. Ao amin' ity boky ity dia hianaranao hoe iza ireo fahavalonao, ny fototry ny fisiany, ireo toetrany ary ny fomba fiadiana manohitra azy ireo. Hanampy anao handresy ireo fahavalonao tsy hita maso anie ity boky sarobidy ity!