-
Waruzi ko abavugishwa ba kera, bifuje kandi bakarondera ako gakiza gakomeye kiyerekanye kuri twebwe? Ntibashobora kwibaza uko ako gakiza kazoza kubantu... ariko turahezagiwe kuba twarakiriye ako gakiza! Twarakiriye agakiza kuko hari umuntu yatubwiye ibikerekeye. Muri iki gitabo kiryoshe, Umuvugabutumwa Dag Heward-Mills ntaturongorera kumenya gusa k'ukumenya agakiza kacu gakomeye ariko kandi aratwigisha ukungene twosangira ako gakiza gakomeye n'Abandi. Ese umwe wese muri twebwe yokora igikorwa c'Umuvugabutumwa!
-
Ja esat pieņēmis Jēzu Kristu par savu Kungu un Glābēju, jūs esat izglābts! Jūs esat no jauna piedzimis kristietis, un jūsu vārds ir ierakstīts Dzīvības grāmatā. Jūsu jautājums ir: „Kāds ir nākamais solis, kuru ir jāsper?” Kļūt par kristieti ir labs solis, bet tas ir tikai sākums. Jums jākļūst par labu un stipru kristieti. „Kā tad man to izdarīt?” — Šajā klasiskajā grāmatā jūs iemācīsieties, kas jādara, lai kļūtu un paliktu par stipru kristieti, kurš ir gatavs arī nāvei un paraušanai.
-
Twese duhanga amaso k'ubuzima bukayangana aho hazoba "ATA MUVUMO!" Ibi ni kubera ko mubuzima duhura n'ibigenda nabi, ibiduhuta,kutaryoherwa n'ibitugora. Umuvumo niwo uvuga neza ivyo ducamwo bibi twama tugwana. Mbe twobisiga? Hoba hari inzira yo kubivamwo? Iki gitabo kizogufasha gutahura Imivumo n'ingene wokwifata ubwawe kubw'umuhezagiro.
-
Nta numwe muri twebe afise imigambi yo kuja Mw'ijuru adakoze ivyo Imana ishaka ko dukora hano kw'Isi. Oya, nta numwe! Dushaka kwuzuza ibikorwa Imana yaduhaye. Iki gitabo cerekeye ukungene wokwuzuza igikorwa cawe. Iki gitabo ni ikiyobora k'ukungene twokwishura ibiba biva mw"ijuru m'ubuzima bwacu- kugira ntituzosangwe tutaraheza kuri uwo musi. Ese wokwuzuza igikorwa cawe, Ese Kandi Imana yokubwira "Wakoze neza, mushumba mwiza w'Umwizigirwa!
-
Dag Heward-Mills is the author of many books, including the bestselling “Loyalty and Disloyalty”. He is the founder of the United Denominations originating from the Lighthouse Group of Churches which currently has three thousand churches. Dag Heward-Mills, an international evangelist, ministers in international Healing Jesus Campaigns and conferences all over the world. For more information, visit www.daghewardmills.org
-
Yesu Kristo arahishura itegeko ritangaje ritwara uguter'imbere no gutunga. Uwufise azoronka vyinshi! Bisa n'ivy'akarenganyo! Ariko ni ukuri gukoreka imbere yacu iminsi yose. Iki gitabo kirondera gusigura uyu murongo wa bibiliya utahuritse. Uzokwakira ubumenyi bukomeye bw'ubutunzi mu bikorwa vy'Imana nk'uko wiga Iki gitabo gishasha ca Dag Heward-Mills.
-
Uguteragira amashengero ni igikorwa gikwiragiye mu bakozi b'Imana b'ubutumwa bwiza. Cari igikorwa nyamukuru c'intumwa za mbere. Uguteragira Ishengero kwiza gusaba impano kandi kwakira impande zitandukanye. Dag Heward-Mills uwatanguje Ishengero riri kw'isi yose rifise amashengero arenga ibihumbi bitatu, aratuyobora mu kwihweza neza izo mpande zitandukanye zo guteragira Ishengero muri iki gitabo. Iki cokoreshwa mu kwigisha abandi ku Mukozi w'Imana wese ashaka ko guteragira Ishengero biba iyerekwa ryiwe mu buzima no mu gikorwa c'Imana.
-
Turazi ko Ugukura kw'urushengero ari ikintu kigoye cane gushikako. Aba Pasitori benshi bipfuza ko amashengero yabo yokura. Iki gitabo ni inyishu yawe ku kibazo cawe c'ugukura kw'urushengero. Uzotahura ukuntu "Ibintu vyinshi bitandukanye bikorera hamwe" kugira ushike ku gukura kw'urushengero. Pasitori nk'uko amajambo n'amavuta ya kino gitabo aronka inzira agashika mu mutima wawe, uzobona Ugukura kw'urushengero wahora usengera.