-
Dag Heward-Mills is the author of many books, including the bestselling “Loyalty and Disloyalty”. He is the founder of the United Denominations originating from the Lighthouse Group of Churches which currently has three thousand churches. Dag Heward-Mills, an international evangelist, ministers in international Healing Jesus Campaigns and conferences all over the world. For more information, visit www.daghewardmills.org
-
Nta numwe muri twebe afise imigambi yo kuja Mw'ijuru adakoze ivyo Imana ishaka ko dukora hano kw'Isi. Oya, nta numwe! Dushaka kwuzuza ibikorwa Imana yaduhaye. Iki gitabo cerekeye ukungene wokwuzuza igikorwa cawe. Iki gitabo ni ikiyobora k'ukungene twokwishura ibiba biva mw"ijuru m'ubuzima bwacu- kugira ntituzosangwe tutaraheza kuri uwo musi. Ese wokwuzuza igikorwa cawe, Ese Kandi Imana yokubwira "Wakoze neza, mushumba mwiza w'Umwizigirwa!
-
Twese duhanga amaso k'ubuzima bukayangana aho hazoba "ATA MUVUMO!" Ibi ni kubera ko mubuzima duhura n'ibigenda nabi, ibiduhuta,kutaryoherwa n'ibitugora. Umuvumo niwo uvuga neza ivyo ducamwo bibi twama tugwana. Mbe twobisiga? Hoba hari inzira yo kubivamwo? Iki gitabo kizogufasha gutahura Imivumo n'ingene wokwifata ubwawe kubw'umuhezagiro.
-
Waruzi ko abavugishwa ba kera, bifuje kandi bakarondera ako gakiza gakomeye kiyerekanye kuri twebwe? Ntibashobora kwibaza uko ako gakiza kazoza kubantu... ariko turahezagiwe kuba twarakiriye ako gakiza! Twarakiriye agakiza kuko hari umuntu yatubwiye ibikerekeye. Muri iki gitabo kiryoshe, Umuvugabutumwa Dag Heward-Mills ntaturongorera kumenya gusa k'ukumenya agakiza kacu gakomeye ariko kandi aratwigisha ukungene twosangira ako gakiza gakomeye n'Abandi. Ese umwe wese muri twebwe yokora igikorwa c'Umuvugabutumwa!
-
Dr. Dag Heward-Mills , umukristo w'umurongozi yiharije, arahishura rimwe mu mabanga yiwe. "Hogira uwumbaza ibanga rikomeye ry'imigenderanire yanje n'Imana, novuga nteraguza, ko ari ububasha bw'umwanya w'agahore ngirana nawe iminsi yose." Yahisemwo kwandika iki gitabo kugira ngo nawe ugire inyungu muri ubu bubasha bw'umwanya w'agahore.
-
Daudziem ir grūti saprast desmitās tiesas būtību, kaut gan šīs senās prakses rezultātā ir radusies leģendām apvītā ebreju bagātība. Šajā grāmatā bīskaps Dāgs Hjūards-Milzs māca, kā desmitā tiesa iemieso bagātības veidošanas un labklājības brīnuma principus. Lasiet ar baudu vienu no Dāga Hjūarda-Milza klasiskajām grāmatām!
-
Iki gitabo kivuga vyinshi ku vyerekeye urufatiro n'ibiboneka mu migenderanire y'umuntu haba igihe c' imbere yuko agira ubugeni, agize ubugeni, n'inyuma y'ubugeni. Kirimwo ibintu vyarondewe kandi vyemejwe ku vyerekeye anatomi n'imigenderanire mpuza bitsina, n'ibijanye ni ivyara, ibijanye n'imbanyi n'igihe c'inyuma y'ivyara. Ubushobozi bw'Umuganga Dag Heward-Mills bwo gushira ubumenyi bugoye itahura,mu buryo busanzwe ni vyo bigize iki gitabo. Hamwe, ibi navyo bituma gitahurika cane, igikoreshwa cane mu vy'ubugeni uyu musi gisohorwa. David Asomani, umuganga yanononosoye ibijanye n'ivyara.
-
"Nkuko ufata urugendo rw'ubuzima uzobona isi itaboneka ari yo si y'ukuri kandi iyi isi tubonesha amaso yerekana gusa bimwe mu bintu vyo mw'isi itaboneka. Nkuko naweufise abansi baboneka, urafise kandi n'abansi bataboneka. Mbega wogwanya umwansi wawe utamuzi, utazi ubuhinga bwiwe, uburyo akoramwo, n'ibigwanisho vyiwe? Iki gitabo ni igikoresho nyamukuru m'urugendo rw'ubuzima bwawe. Muri iki gitabo uzokwiga abansi bawe abaribo, umuzi w'ukubaho kwabo, Ibiberekana n'ingene wobagwanya. Ese iki gitabo c'agaciro cogufasha gutsinda abansi bawe bataboneka!
-
Ijambo ry'ikigiriki Laikos risigura "kutagira impano" Kahise karatwigisha kenshi ko ibintu bikomeye vyashitsweko n'abantu "batagira impano". Iga muri iki gitabo ca Dag Heward-Mills ikiba iyo hatari abo bantu badakora mw'ishengero. Gute wosangira umutwaro n'abalayike kandi kuki ukwiye kurwana kugira ukingire igikorwa c'abalayike.