Ingene Wokwigisha Agakiza

Waruzi ko abavugishwa ba kera, bifuje kandi bakarondera ako gakiza gakomeye kiyerekanye kuri twebwe? Ntibashobora kwibaza uko ako gakiza kazoza kubantu… ariko turahezagiwe kuba twarakiriye ako gakiza! Twarakiriye agakiza kuko hari umuntu yatubwiye ibikerekeye. Muri iki gitabo kiryoshe, Umuvugabutumwa Dag Heward-Mills ntaturongorera kumenya gusa k’ukumenya agakiza kacu gakomeye ariko kandi aratwigisha ukungene twosangira ako gakiza gakomeye n’Abandi. Ese umwe wese muri twebwe yokora igikorwa c’Umuvugabutumwa!

Category:

Description

Reviews

There are no reviews yet.

Be the first to review “Ingene Wokwigisha Agakiza”

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Title

Go to Top