-
Ao amin’ity asa miavaka ity,Dag Heward-Mills dia mandalina ny zava-misy marina amin’ny fiainana ao amin’ ny asa fanompoana ankehitriny.Miresaka mikasika ireo olana tena mitranga toy ny ara-bola, pôlitika, fifandraisa amin’ ny lahy sy ny vavy, sy ny resaka ao amin’ ny asa fanompoana. Toro-làlana iombonana mankany amin’ ny fitsipika mihatra amin’ ny antsona, tsy maintsy ananana ity boky ity ho an’ ireo Kristiana mpitarika rehetra. Tena takiana be mihintsy ho an’ ny fianarana baiboly ary ho an’ny mpitandrina amin’ ny akapobeny.
-
Izina ry'iki gitabo rigutuma wiyumvira ubwonyene abana bato baririmba baryohewe... Urasoma bibiliya yawe buri musi? Urasenga buri musi? Iki gitabo kizokwugurura amaso yawe kuvyerekeye iki gitabo cisa kidasanzwe citwa Bibiliya. Kandi kizokwugurura kubijanye n'ibitangaza biza kuri wewe buri musi nkuko usoma bibiliya yawe ugasenga buri musi. Ese ugusoma bibiliya kwawe buri musi no gusenga kwawe buri musi bikubere ibikunezera!"
-
Igikorwa kimaze imyaka irenga mirongo ibiri n'itanu, Dag Hheward-Mills yaranditse ibitabo vyinshi hamwe n'ibitabo bigurwa cane harimwo "Ubwizigirwa n'Ubuhemu" na "Urusengero rwagutse". Yafashwe ko ari we mwanditsi yasohoye ibitabo vyinshi muri afrika, Ibitabo vyiwe navyo bisiguwe mu ndimi zirenga 30 hamwe n'ibitabo vyasohowe birenga imiliyoni 15.
-
Nk'umukristo, uwogukorako asosa cane kandi wankenerwa cane akwiye kuba Mpwemu Yera. Iki gitabo kigushoboza gutahura uko inyifato yawe, agatima bwenge kawe, ukurema kwawe mbere no gushobora Kuba uwera vyokorwako na Mpwemu Yera. Muri iki gitabo ciharije ca Dag Heward-Mills, Ukwiye kwemerera Mpwemu Yera kugukorako, kuguhumekera, kukubako no guhindura ubuzima bwawe ibihe bidashira.
-
Mety efa nahare ianao fa zavatra lehibe ny manompo ny Tompo; fa mety tsy noheverinao mazava tsara ny hoe lehibe toy ny ahoana ny manompo ny Tompo Andriamanintsika. Ao anatin' ity boky miavaka nosoratan'i Dag Heward-Mills ity no hahatakaranao hoe iza no mpanompon' Andriamanitra ary ahoana no ahafahanao manompo ny Tompo. Ho fantatrao tsara anie ny fahasamihafana eo amin' ireo izay manompo ny Tompo sy ireo izay tsy manompo Azy! Ho isaina miaraka amin' ireo izay manompo ny Tompo anie ianao!
-
Eo amban’ny fanerena te hampifaly sy hampatalanjona ny vahoaka amin’ ny vaovao tsara ireo pastera. Io tsindrin’ ny olona io no miteraka fanodikodinana ny tenin’ I Kristy mandrapahasarotra ny hamantararana ny hafatry ny hazofijaliana. Ankehitriny, miverina amin’ ny fahamarinana fototra amin’ny maha Kristiana isika ka tsy maintsy “manary” isika mba “hahazo” an’I Kristy. Hiverina amin’ ny fiangonana ny hery raha mitory isika fa tsy maintsy manao sorona, miaritra fahoriana sy maty ho an’I Kristy. Ny herin’ ny tenin’I Kristy dia tsy ho voafafan’ iza n’iza na toy inona na toy inona fahombiazany na toy inona heriny.
-
Gukurikira Imana ni urugendo rw'umunezero ukwiye kumenya. Gukurikira no kwigana abandi ni imyuga ya kera yo kwiga uko Yesu Kristo yahisemwo uburyo bw'akamaro bwo kwigishwa. Hak'ugir'isoni z'ubu buryo bwo kwigishwa bwerekanywe neza n'umwanya , iki ni igihe Co gutahura ubwiza n'uguca bugufi vy'umwuga wo Gukurikira. Muri iki gitabo uramenya ninde, niki, ni gute wokurikira neza. Iki gitabo gishasha gikayangana ca Dag Heward-Mills kiraha ikibanza ciza Umwuga wo Gukurikira mu vyo tubamwo mu bukristo.
-
Nta cigwa na kimwe gifise akamaro kanini kirusha kuba mu bugombe bw'Imana butunganye. Ikintu kimwe gitandukanya abakozi b'Imana ni ubushobozi bwabo bwo kwumva ijwi ry'Imana neza. Ni ivyankenerwa gukurikira Mpwemu Yera mu bugombe bw'Imana butunganye. Iyo uri mu bugombe bw'Imana butunganye, uratotahara kandi ushika kuvyo wipfuza vyose ku Mana.