-
Maro amintsika no tsy mahatakatra ny fomba fifandraisan' ny tantaran' ny hazo fahalalana ny tsara sy ny ratsy ao anaty Baiboly amintsika. Mihevitra isika fa trangan-javatra mampalahelo nahavoa an' i Adama sy Eva izany ary hoe isika efa nandositra izany. Efa nandositra niala tamin' ny hazon' ny fahalalana ny tsara sy ny ratsy marina ve isika? Ao amin' ity boky tsotra ity, no hahitanao fa ny hazo fahalalana ny tsara sy ny ratsy dia mbola misy ankehitriny. Ho hitanao ihany koa fa manolotra fakampanahy amintsika toy ny nataony teo amin' i Adama sy Eva ilay izy. Ho hitanao ihany koa ireo marina izay hanampy anao hamakivaky ny fiainana sy ny asa fanompoana amin'ny fampiasana ny fahalalana azonao ao anatin' ity boky ity.
-
Nimba uri Umwungere w'umukuku w'Imana, uzofashwa bikomeye n'iki gikorwa wiyumviriye neza. Izi mpapuro zirimwo ivyo utegekwa vyose kandi bihiswemo neza, bikuzanira gutera uj'imbere. Bishop Dag Heward-Mills arerekana ivyo yaciyemwo mu myaka irenga mirongo itatu ari Umwungere, arasangira natwe ivyo twokora vy'ukuri mu gikorwa c'Imana. Mbe ukwiye kwifuza kuba Umwungere w'abantu b'Imana, ni iki gitabo kikuyobora wahora urondera.
-
Miteny antsika ny Baiboly fa manao fahadisoana avokoa isika rehetra – tsy afa-miala amin’ izany ihany koa ire pastera. Ny fahadisoana dia mahatonga anao hihemotra raha tokony handroso. Fahadisoana iray afaka mampijanona anao tsy handroso any aloha.Inona no fahadisoana mety ataon’ ny pastera? Inona avy ireo fahadisoana folo fataon’ ny pastera?
-
Iryanyuma iki gitabo C'abapasitori n'abagore b'abapasitori kiri hano! Iki gitabo ntikikwerekeye nimba utari umupasitori canke umugore w'umupasitori! Nimba ubereye gusoma iki gitabo, Imana Ikwigishe muri ikigitabo gituma wiyumvira. Muri ibi bigabane, ibikorwa binyegejwe bitandukanye abagore bakoze m'ubuzima bw' abapasitori birashirwa ahabona. Ese ibi bigabane vyoguhanura bikakurongorera ku nzira z'Imihezagiro!
-
"Bibiliya iratubwira ko twese dukora amakosa - n'abapasitori barimwo. Amakosa agutuma uj'inyuma hakuj'imbere. Ikosa rirakubuza kubandanya imbere. Ni ayahe makosa ashoboka Abapasitori bakora? Ni ayahe ashobora kuba amakosa cumi manini y'umupasitori? Uratumiwe gusoma kino gitabo gitangaje wibonere amakosa uri mu mitego yo gukora n'ukuntu wokwirinda amakosa yo hejuru umupasitori yokora. Iki gitabo c'akamaro kizokubera umugisha wewe n'igikorwa c'Imana ukora."
-
Benshi muri twebwe ntibatahura ingene inkuru y'igiti kimenyesha ikibi n'iciza muri bibiliya bitwerekeye. Twiyumvira ko ari ikintu kibabaje cabaye cakoze kuri Adamu na Eva kandi ko twe twagisimvye. Mbe woba warasimvye vyukuri igiti kimenyesha iciza n'ikibi? Muri iki gitabo gitumbereye, uzobona ko igiti kimenyesha iciza n'ikibi kikibaho n'uyu musi. Uzosangamwo kandi ko gifise vyabigeragezo nyene kuri twebwe nkuko cabikoze kuri Adamu na Eva. Uzobona kandi ukuri kuzogufasha kuba muri ubu buzima n'igikorwa ukoresheje ubumenyi wakuye muri kino gitabo."
-
Tsy misy amintsika ny mikasa ny ho tonga any an-danitra raha tsy nahavita izay tian' Andriamanitra ho ataontsika eto an-tany. Tsy misy, na iray aza! Te hamita ireo asa izay nampanaovin'Andriamanitra antsika isika. Ity boky ity dia mikasika ny fomba hamitanao ny asa fanompoanao. Ity boky ity dia fitarihana amin' ny fomba ahafahantsika mamaly ireo zava-mitranga avy amin' Andriamanitra eo amin' ny fiainantsika - mba tsy hangaina amin' izany andro izany. Hahatanteraka ny asa fanompoanao anie ianao ary Andriamanitra anie hiteny aminao hoe, "Tsara izany, ry mpanompo tsara sady mahatoky!"
-
"Iki gitabo ni iyindi ngabire iva ku mwanditsi Dag Heward-Mills ku bakozi b'Imana bose bazogisoma. Iki gitabo kirishura ibibazo vyawe vyose vy'uko ubigenza ku migenderanire igoye hagati y'Abavyeyi n'abana. Biciye mu nyigisho z'iki gitabo, uzokwiyambura umuvumo ku buzima bwawe wizaneko umugisha. Aba Papa n'abantu b'akamaro cane bakuza abana babo bakabakingira. Ata ba Papa bahari, ntihoba abana bokubandanya igikorwa c'Imana ku rundi runganwe n'urundi. Ihamagarwa ry'Imana riratotahara canke rigapfira mu bushobozi bwawe bw'uko wigenza kuri ba so. Soma Iki gitabo, wirinde umuvumo wo kutubaha, kugaba, no kugira imigenderanire mibi na ba so."
-
Ubwibone ni uburozi bwica bwagize ingaruka ku bantu uko imyaka yagiye iraza. Kuko bidashoboka kubona, ubwibone burashobora gutuba haba ingorane ikomeye. Ni gute twoshobora kurwanya ako kaga k'ubuzima bwacu? Abantu bake nibo biha kwandika ivyerekeye.... , ariko agaciro ko mu mpwemu k'akamaro. Muri iki gitabo kinezereye, Dag Heward-Mills arashira ahabona amaforoma atandukanye menshi y'ubwibone. Iki gitabo, canditswe n'umukristo aca mu bigoye, kizoguhezagira kandi kigutere intege kugira ugire ukwicisha bugufi nka Yesu Kristo.